BURUNDI U-20: Joslin BIPFUBUSA yahaye ubutumwa bwokwizeza itsinzi abarundi imbere yo gutana mu mitwe n’igihugu ca Sudan.

Imbere yaho ataratana mu mitwe n’igihugu ca Sudan mu rukino rwo gusubiriza rutegekanijwe kuruyu w’imana i Kharthoum mu gisagara ca Sudan, Joslin BIPFUBUSA umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba za batarenza … Lire la suite de BURUNDI U-20: Joslin BIPFUBUSA yahaye ubutumwa bwokwizeza itsinzi abarundi imbere yo gutana mu mitwe n’igihugu ca Sudan.