#BBC: Indya zirimwo umwanda zashize abapolisi 200 mu bitaro

[ad_1]

Intara ya Kerala mu bumanuko bw'UbihindiUwufise ububasha kw’isanamu
Google

Image caption

Abapolisi batanguye kudahwa no gucibwamwo bamaze gufungura umuceri n’ifi

Abajejwe intwaro mu bumanuko bw’Ubuhindi bavuga ko abapolisi amajana abiri bariko baravurwa nyuma yo gufungura indya zanduye kw’ishure ryabo i Kerala.

Hari amakuru ava muri iyo ntara avuga ko abarwaye bashobora kuba ari benshi kurusha abo.

Abanyeshure b’abapolisi hamwe n’abapolisi bakora mu gisata ca CRPF, batanguye gucibwamwo no kudahwa nyuma yo gufungura umuceri n’ifi ejo kuwa gatandatu.

Abajejwe intwaro bategetse ko haba itohoza ngo hemezwe icoba cabarwaje ico ari co.

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

[ad_2]

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Gira ico ubivuzeko: