#BBC: Fynn yagirijwe ‘gutanga inkuru z’ibinyoma’

[ad_1]

Michael FlynnUwufise ububasha kw’isanamu
Reuters

Image caption

Mr Flynn quit the White House in February

Uwahoze ari umuhanuzi wa prezida Trump muvyo umutekano, Michael Flynn yagirijwe gutanga inkuru z’ibinyoma muri FBI mu kwezi kwa mbere.

Flynn yatanze imihoho ku nguvu inyuma y’aho bimenyekaniye ko yahenze ibiro vy’umukuru w’igihugu ko atabonanye n’uwuserukira Uburusiya muri Amerika imbere y’uko Trump ashika ku butegetsi.

Ivyo birego vyashizwe ahabona n’umucamanza yigenga Robert Mueller, nka bimwe muvyo amaze gutora mu matohoza arimwo yerekeye uruhara rw’Uburusiya mu matora yo mu 2016 muri Amerika.

Umuhanuzi wa Trump yatanze imihoho

Aba républicains bemeje ko haba amatohoza kuri Michael Flynn

Yagirizwa « kubesha n’ibigirankana » no  » guhindura hamwe gushikiriza amajambo y’ibinyoma ».

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

[ad_2]

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Gira ico ubivuzeko: