#VOA: Amatsinda y’Amakipi muri Mundial 2018 Yamenyekanye

[ad_1]

Ivyavuye muri tombora yo gutora ingene imirwi izotana mu mitwe mw’ihiganwa ry’igikombe c’isi yose mu rukino rw’umupira w’amaguru vyatangajwe kuri uno wagatanu I Kremlin mu Burusiya. Ibihugu vya Maroc na Tuniziya bisa nk’ibitazokoroherwa. Irabire ingene imirwi izotana mu mitwe:

Umurwi A : Russie, Arabie Saoudite, Egypte, Uruguay

Umurwi B : Portugal, Espagne, Maroc, Iran

Umurwi C : France, Australie, Danemark, Pérou

Umurwi D : Argentine, Islande, Croatie, Nigeria

Umurwi E : Brésil, Suisse, Costa Rica, Serbie

Umurwi F : Allemagne, Mexique, Suède, Corée du Sud​

Umurwi G : Belgique, Panama, Tunisie, Angleterre

Umurwi H : Pologne, Sénégal, Colombie, Japon

VOA Kirundi (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na VOA Ijwi Ry’Amerika. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya VOA. Ushaka gusoma ayandi makuru ya VOA mu Kirundi k’urubuga rwabo, fyonda hano)

[ad_2]

VOA Kirundi

Copyright © VOA Kirundi, a division of the VOA (Voice Of Amarica). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Gira ico ubivuzeko: