#VOA: Uvira: Mai- Mai Yagavye Igitero Ku ba Nyamulenge

[ad_1]


Abantu cumi nibo bamaze kumenyekana ko bakomereye mu gitero abarwanyi b’aba  Mai Mai bagabye  ku baturage b’Abanyamulenge bo  muri territoire ya Uvira mu gitondo  cyo kuri uyu wambere . 

Abakomeretse ku ruhande rw’Abarwanyi ba ba mai mai ntibaramenyekana. 

Abaturage b’Abanyintu  batuye  mu karere  kari kuberabo imirwano, batangarije ijwi  ry’Amerika ko intandaro  ziy’intambara  zaturutse  k’urupfo rw’umu pasiteri  w’umunyintu witwa   Kaluba  Justin wishwe arashwe  mw’ijoro ryo ku wa kabiri tariki ya 29/11/2017.

Inyuma y’urwo rupfu,  abarwanyi baba mai mai   bayobowe n’uwitwa Ngarukiye bavuga ko mu  ipereza    bakoze  bakeka kwari   Abanyamulenye  bamwishe, asriko gushaka ku muhorera. Amakuru  Abanyamulenge banyomoza  bivuye inyuma.

Mugihe ingabo za Leta ya Congo  FARDC  zageze ahitwa ku Kirambi  guhosha iyo mirwano , abaturage b’Abanyintu  bahungiye mw’ishenge naho abaturage b’Abanyamulenge bahitamwo guhungira mu muhana wo ku wumugeti

 

 

VOA Kirundi (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na VOA Ijwi Ry’Amerika. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya VOA. Ushaka gusoma ayandi makuru ya VOA mu Kirundi k’urubuga rwabo, fyonda hano)

[ad_2]

VOA Kirundi

Copyright © VOA Kirundi, a division of the VOA (Voice Of Amarica). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Gira ico ubivuzeko: