#VOA: Abasuma Bivye Ibirezi vy’Inzahabu m’Ubufaransa

[ad_1]

Kur’ uno musi wa kane igipolisi c’Ubufaransa catangaje ko catoye bimwe mu birezi midari y’inzahabu yari yaraye yibwe kw’ihoteli Ritz, mu gisagara ca Paris, m’Ubufaransa. Abategetsi bavuga ko babiri mu bikekwa kuba ar’abasuma, ntibarafatwa.

Akagwi k’abasuma batanu bivye ivyo birezi ejo ku musi wa gatatu, inyuma y’aho bamenaguriye ububiko izo nzahabu zibitsemwo. Bivye imidari y’inzahabu ifise agaciro kangana n’imiriyoni zitanu z’amadolari y’amanyamerika.

Igipolisi kramaze gufata batatu mu bikekwa ubwo busuma. Umwe mu basuma yahunze ari kw’ipikipiki, mu nyuma ahava agahava ata hasi agafuko karimwo izo nzahabu. Gushika ubu aracariko ararondegwa.

VOA Kirundi (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na VOA Ijwi Ry’Amerika. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya VOA. Ushaka gusoma ayandi makuru ya VOA mu Kirundi k’urubuga rwabo, fyonda hano)

[ad_2]

VOA Kirundi

Copyright © VOA Kirundi, a division of the VOA (Voice Of Amarica). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Gira ico ubivuzeko: