#BBC: HCR iratabariza impunzi z’Abarundi 430.000 bakeneye imfashanyo

[ad_1]

Ishami ry’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho impunzi ku isi, HCR, riratabariza impunzi z’Abarundi 430.000 bakeneye imfashanyo.

HCR yateye akamo i Geneve mu Busuwisi, ivuga ko ikeneye imfashanyo igera kuri miriyoni 391 agenewe izo mpunzi ziri mu bihugu bibanyi vy’Uburundi muri uyu mwaka.

HCR ivuga ko muri ayo imaze kubona ibice 0,21% gusa, mu gihe yiteze izindi mpunzi zigera ku 50. 000 muri uyu mwaka nyene.

BBC Gahuzamiryango yavuganye na Babar Balosh umuvugizi wa HCR i Geneve, nimba ico kibazo co guheranirwa n’imfashanyo bagifise ku Burundi gusa.

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

[ad_2]

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Gira ico ubivuzeko: