Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 22 Ntwarante, ubushikiranganji bw’amazi, ibidukikije, no gutunganya ibisagara bwifadikanije n’amakungu mu guhimbaza umusi wahariwe amazi meza kwisi. Uwo musi ukaba wahimbajwe mu gihe mu burundi, abenegihugu badafise ayo mazi meza, bagakoresha kenshi amazi y’inzuzi nka ntahangwa,rusizi,mugere n’izindi. Ikingirwa ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika, icokorwa kugira abenegihugu