Urutonde rw’abakinyi batanguye mu kibuga kuruhande rw’intamba mu rugamba zose.

Intamba mu rugamba senior hamwe n'intamba mu rugamba U-20 murukino rwa kivandimwe.

Murukino rwa kivandimwe hagati y’intamba mu rugamba za bakuze n’izabatarenza imyaka 20 ruriko rubera kukibuga c’ikigo kijejwe ubuhinga (CTN) muri Zone Ngagara muri komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura.
                                                        Intamba mu rugamba Senior

Kuruhande rw’intmba z’abakuze Alain Olivier Niyungeko Mutombora yatanguje aba bakurikira:

Intamba mu Rugamba yabakuze: Jonathan Nahimana, Mubango Trésor, Ndizeye Samuel, Hakizimana Vianney, Nduwarugira Christophe (C), Urasenga Cedrick Danny Kagabo, Shassir Nahimana, Mvuyekure Emmanuel, Iddy Museremu, Alexis Kitenge, Amissi Cedrick.

Mugihe kuruhande rw’intamba za batarenza imyaka 20 Joslin Bipfubusa yatanguje aba bakurikira:

                                                            Intamba mu rugamba U-20

Intamba mu Rugamba U-20 : Rukundo Onésime, Souleiman Mustapha (C) , Ndoriyobija Eric, Ndaye Chancel, Bigirimana Ramadhan, Mabano Shaban, Mbirizi Eric, Ntigwaza Sudi, Akanakimana Bienvenue, Bradon Chebby, Shaka Bienvenue.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko: