Mu ntumbero yo kwitegurira neza ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryo mu mwaka mushasha wa 2018-2019 vuba rigiye gusubira gutangura, Umugwi wa Musongati FC wo mu ntara ya Gitega, urabandanya ukina inkino za kivandimwe, aho kuruyu w’imana uyo mugwi witeguriye kuzotana mu mitwe n’umugwi wa Aigle Noir FC ku kibuga