Amakuru y’inkino y’ikinyamakuru magaratimes, yo kuruyu wa mbere itariki 09 Mukakaro 2018.

Amakuru y'inkino aryoshe ku kinyamakuru canyu mukunda

Amakuru y’inkino y’ikinyamakuru magaratimes yo kuruyu wa mbere, itariki 09 Mukakaro 2018 agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:

Ihiganwa ry’umupira wa maboko (Basket-ball) muri ACBAB indwi ya 4 y’inkino zo gusubiriza aho Urunani yatakaje imbere ya Kern.

Inkizo za volley-ball mu gikombe citiriwe umukuru w’igihugu zarakinywe mu mpera zino ndwi, Bisoro itsindwa na Bun.

Intamba mu rugamba za batarenza imyaka 17 zarakosoye Rumonge City U-17 mu rukino rwa kivandimwe.

Shassir Nahimana amaze kuronka uyundi mugwi mu gihugu c’Urwanda.

Cecafa Kagame Cup Simba na Gormahia zararonse uburengazira bwo kuja mugice ca kabiri gishira icanyuma.

Umugwi nserukira gihugu wa Espagne yazanye umumenyereza wa kera wa FC Barcelona.

Ibihuha vyigura n’igurishwa ku mugabane wa buraye ndetse n’amakuru avurwa mu gikombe c’isi yose ayo n’ayandi  ikaze mw’ido n’ido ryaya makuru.

Sport 09 Juillet 2018

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: