Nkuko tubisanga mw’ikete Umugwi wa Messager Ngozi FC wandikiye Ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi, FFB, basaba ko iryo shirahamwe ryohanagura igitsindo cinjijwe kuri penalty n’umugwi wa Les Lierres FC, mu rukino rwabahuje kw’itariki 22 Myandagaro 2018, ku kibuga Urunani mu ntara ya Cibitoke, hari mundwi ya kabiri ya Primus