Menya abakinyi Arsenal, Chelsea, Liverpool, Manchester City na United imaze kugura muri kino gihe c’igura n’igurishwa ry’abakinyi.

Hasigaye imisi 4 gusa kugira ngo idirisha ry'igura n'igurishwa ryugagwe ku bice bimwe bimwe vyo kumugabane wa buraya imigwa yawe yo mu bwongereza ukunda yoba imaze kugura abahe bakinyi?

Ifoto ya Lucas Torreira Skysports

Ihiganwa ryo mugihugu c’ubwongereza Premier League ryoryo itariki 10 Myandagaro 2018 rizotangura icese, mbe imigwi 5 yo murico gihugu isanzwe ifise abakunzi batari bake  bo mugihugu c’Uburundi Arsenal, Chelsea, Liverpool, Manchester City na United yoba yaraguze abahe bakinyi?

Raba urutonde rwa buri umugwi abakinyi waguze niyo baje bava:

Arsenal

Bernd Leno – Bayer Leverkusen,

Stephan Lichtsteiner – Juventus,

Sokratis Papastathopoulos – Borussia Dortmund,

Lucas Torreira – Sampdoria,

Matteo Guendouzi – Loreint, £8m

Chelsea

Jorginho – Napoli,

 

Liverpool

Naby Keita – Leipzig, £52.75m

Fabinho – Monaco, £43.7m

Xherdan Shaqiri – Stoke, £13.5m

Alisson Becker – Roma, £67m

Isaac Christie-Davies – Chelsea,

Manchester City

Riyad Mahrez – Leicester, £60m

Claudio Gomes – PSG,

Manchester United

Fred – Shakhtar Donetsk,

Diogo Dalot – Porto,

Lee Grant – Stoke,

Ivyo biruko mugihe hasigaye imisi ine itarenga  kugira ngo idirisha ry’igura n’igurishwa ry’abakinyi ku mugabane wa buraya ryugagwe, imigwi itandukanye iriko irabandanya igura abakinyi vuba kugira ngo ibashe kuba yiyubaka bikwiye.

 

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: