Inkino za Primus Ligue Burundi zitegekanije kuruyu wa gatatu mundwi yaryo rya kabiri.

Vital'0 FC isubira i Gitega, Messager Ngozi FC yerekeza mu cibitoke, Aigle Noir FC iguma i Gitega mu ndwi ya kabiri ya Primus Ligue Burundi.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi rigiye kubandanya mu ndwi yaryo igira ka biri kuruyu wa gatatu. inkino umunani nizo  zitegekanijwe kubera  ku bibuga bitanu vyo mu gihugu cacu navyo ni Ingoma (Gitega), Urukundo (Ngozi), Ivyizigiro (Rumonge), Urunani (Cibitoke) hamwe no kukibuga Umuco (Muyinga).

Inkino muri rusangi naho zizokinirwa  zikaba zitegekanijwe uku gukurikira:

13H00 Ingoma:  Aigle Noir FC VS Flambeau Du Centre

15H00 Ingoma:  Flambeau De L’est VS Vital’0 FC

13H00 Urunani: Rukinzo FC VS Athletico Olympic

15H00 Urunani: Les Lierres FC VS Messager Ngozi FC

13H00 Ivyizigiro: Messager Bujumbura VS Musongati FC

15H00 Ivyizigiro: Lydia Ludic Sport 4 Africa VS Kayanza United

15H00 Umuco: Olympic Star VS Bumamuru FC

15H00 Urukundo: Ngozi City VS Bujumbura City.

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares