Aigle Noir C.S: Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 11 agiye gutanguza mu kibuga murukino rugiye kubahuza na Flambeau Du Centre.

Abakinyi 11 ba Aigle Noir baza gutangura mu kibuga uyu munsi bamenyekanye.

Mu masaha abiri y’imbere asigaye kugira ngo ahure na Flambeau Du Centre ku kibuga Ingoma mu ndwi ya kabiri ya Primus Ligue, Umumenyereza mukuru wa Aigle Noir C.S, Joslin Bipfubusa amaze gushira ahabona abakinyi 11 agiye gutanguza mukibuga na bandi 7 babasubirizi nkuko tubisanga kuri Page Facebook yuwo mugwi.

Abaza gutangura mu kibuga:

1.NDUWIMANA Ibrahim
2.HAKIZIMANA Héritier
3.SELEMANI Mustafa (C)
4.BIGIRIMANA Séraphin
5.BIZIMANA Kelvin
6.NAHIMANA Eloi
7.NDAYISHIMIYE Yussuf Nyange
8.NSHIMIRIMANA Jospin
9.MURYANGO Mabano
10.NDAYEGAMIYE Ami Twite
11.KANAKIMANA Bienvenu

Abasubirizi:

1.NDIZEYE Aime Fales
2.BAREKENSABE Hassan
3.HITIMANA Hamza
4.BUKURU Enock
5.NTWARI Eddy Patrick
6.IRAKOZE Pieclaire
7.NZOJIBWAMI John Franck

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: