Primus Ligue indwi ya 2: Aigle Noir yahondaguye Flambeau Du Centre, Vital’0 FC icumitwa kimwe na Flambeau De L’est.

Indwi ya 2 ya Primus Ligue uko imigwi yatsindanye.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi ryabandanije kuruyu wa gatatu mundwi yaryo igira kabiri ku bibuga bitanu ariho izo nkino zishika kuri munani zakiniwe:

Umugwi wa Aigle Noir wabandanije werekana ubukomezi ndetse n’ubutwari ufise uhondagura bimwe bibi umugwi wa Flambeau Du Centre 5 kuri 2, Vital’0 FC nayo icumitwa kimwe na Flambeau de L’est ni mugihe Musongati FC yafuse amateka mabi yo kudatsindira ku kibuga Ivyizigiro noneho yabikoze naho nyene icumukuye itsinze Messager Bujumbura 2-1.

                        Umugwi wa Kayanza United kuri stade Ivyigiro ifoto ya Nkurunziza Lionel Loko

Muri rusangi uku niko imigwi yatsindanye:

13H00 Ingoma:  Aigle Noir FC 5-2 Flambeau Du Centre

15H00 Ingoma:  Flambeau De L’est 1-0 Vital’0 FC

13H00 Urunani: Rukinzo FC 1-0 Athletico Olympic

15H00 Urunani: Les Lierres FC 1-1 Messager Ngozi FC

13H00 Ivyizigiro: Messager Bujumbura 1-2 Musongati FC

15H00 Ivyizigiro: Lydia Ludic Sport 4 Africa 0-0 Kayanza United

15H00 Umuco: Olympic Star 2-0 Bumamuru FC

15H00 Urukundo: Ngozi City 1-0 Bujumbura City.

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: