Flambeau De L’est : Christian Kabera ntiyorohereza Vital’0 FC igihe cose yahuye nayo.

Mu nkino 5, Mourihno yahuye na Vital’0 FC yawutsinze 3, banganya 2.

Christian Kabera batazira « Mourihno », umumenyereza wa Flambeau De L’est numwe mu bamenyereza batigeze borohereza Umugwi wa Vital’0 FC igihe cose ahuye n’uyo mugwi ari ku ntebe y’ubumenyereza. Mu nkino 5, Mourihno yahuye na Vital’0 FC yawutsinze 3, banganya 2.

 

Murukino rwa mbere, Kabera ahura na Vital’0 FC hari muri 2015 yamenyereza umugwi Flambeau De L’est awutsinda 2-1 muri Primus Ligue Burundi, muri 2016 mu rukino rwakivandimwe afise Flambeau De L’est arasubira kubatsinda 1-0, muruyo mwaka nyene muri Primus Ligue anganya nawo 1-1, muri 2017 amenyereza Delta Star yanganije na Vital’0 FC 1-1, muruyu mwaka afise Flambeau De L’est yasubiriye kubatsinda 1-0.

 

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: