Amanota 70/200 Niyo Yafatiweko Ku Banyeshure  Bakoze Ikibazo Kibaha Uburenganzira Bwo Kwinjira Mu Gisata Kigira 2 c’Ishure Nshingiro

Janvière NDIRAHISHA akamenyesha ko amashure yabigenga yaronse amanota ari musi y'ibice mirongo ibiri kw’ijana yategerezwa kwugara

Amanota mirongo indwi ku majana abiri (70/200) niyo yafatiweko ku banyeshure  bakoze ikibazo kibaha uburenganzira bwo kwinjira mu gisata kigira 2 c’ishure nshingiro.

Ijana na cumi ku majana abiri (110/200) nayo yafatiwe ko ku banyeshure bazoja mu mashuri atunganya ivyigwa vy’ubuhinga namwe yabazoja kwigisha abandi canke abafise uburaro. Ivyo vyameneshejwe n’umushikiranganji w’indero, ubuhinga n’imyuga mu iganiro yagiranye n’abamenyesha makuru kuri uyu wa kabiri.

Janvière NDIRAHISHA akamenyesha ko amashure yabigenga yaronse amanota ari musi y’ibice mirongo ibiri kw’ijana yategerezwa kwugara ariko ko amwe ataronse n’umunyeshure yamenye, ubushikiranganji bwaciye buyaca mu migwi ibiri.

Sandrine Josée BAHATI

Sandine Josée BAHATI ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, BAHATI Amenyesha amakuru ajanye n'Amagara (Santé) hamwe n'amakuru ajanye n'Indero (Education) n'ayajanye n'Imibano (Relations). Mwandikire kuri: bjsandrine@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: