Championnat National U-15/ Urukino rwa nyuma ruzohuza Kayanza na Cibitoke.

Intara za Kayanza na Cibitoke nizo zizotana mu mitwe mu rukino rwanyuma ikibuga hamwe n’isango bikaba bitaramenyeshwa.

Ihiganwa ryo ku rwego rw’igihugu rya batarenza imyaka 15, intara zi biri za Kayanza na Cibitoke nizo zaronse uburenganzira bwo gukina urukino rwa nyuma rwa finale.

Kayanza U-15 yaronse uburenganzira bwo gukina urwo rukino rwa nyuma ibanje gusezerera intara ya Bubanza U-15 mu gice ca kabiri gishira icanyuma ku bitsindo bi tatu kuri kimwe ca Bubanza (3-1) urwo rukino rukaba rwabereye mu ntara ya Gitega ku kibuga Ingoma.

Cibitoke nayo yatsinze intara ya Rumonge ibitsindo bine kuri kimwe (4-1) mu rukino rwabereye ku kigo kijejwe ubuhinga (CTN) kiri muri zone Ngagara mu gisagara ca Bujumbura.

Intara za Kayanza na Cibitoke nizo zizotana mu mitwe mu rukino rwanyuma ikibuga hamwe n’isango bikaba bitaramenyeshwa.

 

  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.