Rayon Sports/ Bimenyimana Bon Fils Caleb yashize kw’isoko ibirato vyiwe yatsindishije igitsindo.

Ibihumbi amajana abiri vya manyarwanda nivyo Bimenyimana Bon Fils Caleb yipfuza kubirato vyiwe kugira afashe abana bimfuvyi.

Umusatirizi w’umurundi asanzwe akinira umugwi wa Rayon Sports wo mugihugu c’Urwanda, Bimenyimana Bon Fils Caleb, inyuma yo gufasha umugwi wiwe, awutsindiye igitsindo kimwe rukumbi cahaye amahirwe uyo mugwi kuja mugice ca kane gishira icanyuma murukino rwariko rubahuza na Young Africans muri Confederation Cup, yaciye ashima gushira kw’isoko ibirato vyiwe yakinishije mururwo rukino.

                                                        Copy right Igihe

Caleb avugako impamvu afashe ingingo yo kudandaza ico kirato nuko yipfuza gufasha abana bimpfuvyi muburyo buzova murico kirato. Igiciro c’ivyo birato, n’ibihumbi amajana biri vya manyarwanda (200.000 RWA).

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares