Burundi/ Abakinyi 11, Alain Olivier Niyungeko yahisemwo gutanguza murukino rwa Gabon.

Abakinyi 11 batangura mu kibuga kuruhande rw'intamba mu rugamba bamenyekanye.

Nkuko tubisanga Kurubuga ngurukana bumenyi bwa Facebook bw’ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi, FFB, Alain Olivier Niyungeko batazira Mutombora yahisemwo gutanguza aba bakinyi bakurikira mu rukino bagiye guhura n’umugwi nserukira gihugu wa Gabon, mu ndwi ya kabiri yo kurondera itike za CAN 2019.

Ifoto ya FFB.

Abakinyi 11 batangura:

1.Jonathan Nahimana
2.Karim Nizigiyimana
3.Nduwarugira Christophe
4.Fréderic Nsabiyumva
5.Omar Ngando
6.Moussa Omar
7.Gaël Bigirimana
8.Cedrick Hamissi
9.Shassir Nahimana
10.Saïdo Berahino
11.Fiston Abdoul Razzaq

Abasubirira abandi:

1.Hezwa Dieudonné
2.Harerimana Rachid Léon
3.Nshimirimana David
4.Ndikumana Trésor
5.Duhayindavyi Gael
6.Mustafa Francis
7Shaka Bienvenu
8.Shabani Hussein

Mwomenyako urukino ruza gutangura igihe c’isaha 16H00 amasaha yo muri Gabon i Burundi n’igihe c’isaha 17H00.

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares