#Amakuru #Audio: Umviriza Amakuru Y’inkino Aryoshe Cane Yo Kuruyu Wa Gatanu.

Aya makuru agucitse uzoba uhovye, Ikinyamakuri Magaratimes ca bateguriye amakuru aryoshe cane yo kuruyu wa gatanu.

Ikinyamakuru canyu MagaraTimes cabateguriye amakuru y’inkino aryoshe cane mu buryo bwa Audio, yo kuruyu wa gatanu, itariki 28 Nyakanga 2018. Nayo agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:

Primus Ligue Burundi ejo aho bukera rizokwinjira mu ndwi yaryo 9 inkino, Musongati FC ku ncuro yayo ya mbere mu runo mwaka ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.

-Mu mupira wa maboko Basket-Ball, mu nkino za nyuma za  Play-Offs, Kern izocakirana n’Urunani.

-Muri Afrika Ait Abdelmaleq Arcene uwahoze amenyereza intamba mu rugamba yatanze imihoho yo kumenyereza umugwi nserukira gihugu wa Sudan y’epfo.

-Ku mugabane wa Buraya, Manchester United imaze kugaburwa ibice ibiri. Ayo makuru nayandi menshi umviriza ino Audio.

  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.