#PrimusLigue #Burundi/ Inkino Zitegekanijwe Mu Ndwi 9.

Musongati FC ku ncuro yawo ya mbere ikinira ku kibuga ca Prince Louis Rwagasore ikazokwakirwa na Athletico Olympic, mugihe Rukinzo nayo izoba yakiriye Vital'0 FC kurico kibuga nyene.

Ihiganwa rya Primus Ligue Burundi rirabandanya mu mpera zino ndwi kubibuga bitandukanye kuruyu wa Gatandatu  no kuruyu w’Imana aho rizoba rigeze mu ndwi yaryo 9.

Inkino 3 nizo zitegekanijwe kuruyu wa gatatu, itariki 29 Nyakanga 2018:

Ku kibuga Prince Louis Rwagasore 14H00:  Athletico Olympic vs Musongati FC

Ku kibuga Prince Louis Rwagasore 16H00: Bumamuru FC vs Ngozi City

Ku kibuga Ingoma i Gitega: Aigle Noir Makamba vs Messager Bujumbura

Inkino 5 nazo zikazokinwa kuruyu w’Imana, itariki 30 Nyakanga 2018:

Ku kibuga Umuco i Muyinga 15H00: Olympic Star vs Kayanza United

Ku kibuga Prince Louis Rwagasore 14H00: Rukinzo FC vs Vital’O FC

Ku kibuga Prince Louis Rwagasore 16H00: Les Lierres FC vs Flambeau du Centre

Ku kibuga Ingoma i Gitega 15H00: Flambeau de l’Est vs Lydia Ludic S 4 Africa

Ku kibuga Urukundo i Ngozi: Messager Ngozi vs Bujumbura City

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares