#Burundi: Intamba mu rugamba urutonde rw’abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga murukino rwa Mali.

Ntiyashimye guhindura kinini ufatiye kandi ku bakinyi yakinishije igihe yahuye na Gabon kiretse umukinyi umwe gusa niwe atatangujwe Nahimana Shassir yasubirijwe Hussein Shaban Tchabalala.

Umumenyereza w’intamba mu rugamba  Alain Olivier Niyungeko batazira « Mutombora » yashimye kugarukana umukenyuro yakinishije igihe yatanye mu mitwe n’igihugu ca Gabon, umukenyuro wa 3-5-2  mu rukino agiye gutana mu mitwe n’igihugu ca Mali kuruyu  wa gatanu murukino ruza kuba igihe c’isaha 21H00  amasaha ya hano iwacu. Ntiyashimye guhindura kinini ufatiye kandi ku bakinyi yakinishije igihe yahuye na Gabon kiretse umukinyi umwe gusa niwe atatangujwe Nahimana Shassir yasubirijwe Hussein Shaban Tchabalala.

Abakinyi 11 baza gutangura:

  1. Jonathan Nahimana (Goal Keeper)
  2. Omar Ngando
  3. Nsabiyumva Féderick
  4. Moussa Omar
  5. Nduwarugira Christophe
  6. Nizigiyimana Karim Makenze
  7. Gael Bigirimana
  8. Amissi Cédrick
  9. Hussein Shaban Tchabalala
  10. Saido Berahino
  11. Abdoul Razaq Fiston

Abasubirira abandi:

  1. Gael Duhayindavyi
  2. Rashidi Léon
  3. Moustapha Francis
  4. Ndikumana Justin
  5. David Nshimirimana.

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.