#PrimusLigue #Burundi/ Uku Niko Inkino Zitegekanijwe Mu Ndwi ya 11.

Musongati FC inyuma yo gutsindwa na Aigle Noir izoba igendeye Athletico Olympic ni mugihe Vital'0 FC izoba igarutse mu ntara ya Rumonge ku kibuga Ivyizigiro yakira Bumamuru FC.

Kuva kuruyu wa gatanu gishika kuruyu w’imana ihiganwa rya Primus Ligue Burundi rizoba ryinjiye mu ndwi yaryo ya 11, izagutangurira ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore hategekanijwe inkino zi biri nazo zikaba arizi zikurikira:

13H30: Bujumbura City vs Flambeau Du Centre.

15H30: Athletico Olympic vs Flambeau De L’est.

Kuruyu wa gatandatu naho hategekanijwe inkino 5 zizobera kubibuga bitandukanye nazo nizi zikurikira:

Kuri Prince Louis Rwagasore 13H30: Rukinzo FC vs Messager Ngozi FC.

Kuri Prince Louis Rwagasore 15H30: Lydia Ludic vs Musongati FC.

Ku kibuga Urukundo 15H00: Ngozi City vs Aigle Noir.

Ku kibuga Umuco: Olympic Star vs Les Lierres FC.

Ku kibuga Ivyizigiro 15H00: Vital’0 FC vs Bumamuru FC.

Kuru w’imana naho hategekanijwe urukino rumwe gusa ruzobera ku kibuga Urukundo igihe c’isaha 15H00 ruzohuza Kayanza United vs Messager Bujumbura.

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.