Hari Umuntu w’Umugabo Yatowe Ikiziga Mu Bucagucagu Bwo Kuri Uyu Wa Gatano Muri Zone YAa Bwiza.

Inkuru ziva mu gipolisi zimenyesha kandi ko yaravuye mu nzu y’ubutambiro ESCOTIS kiri kurya gatandatu kandi ko ikiziga ciwe ata kimenyetso na kimwe, ata igikomere canke ikintu cerekana yuko yishwe.

Hari umuntu  w’umugabo yatowe ikiziga mu bucagucagu bwo kuri uyu wa gatano muri zone ya Bwiza mu gisagara ca Bujumbura. Inkuru ziva mu gipolisi zimenyesha yuko uyo mugabo azi kw’izina rya Christophe NDAYIKENGURUKIYE aturuka muri zone Buragama mu ntara ya Muramvya . Ikiziga ciwe kikaba catowe kw’ibarabara ry’indwi mu bwiza mu gihe c’isaha cumi. Akaba ngo yarasanzwe aba kuri iryo barabara nyene ry’indwi.

Inkuru ziva mu gipolisi zimenyesha kandi ko yaravuye mu nzu y’ubutambiro ESCOTIS kiri kurya gatandatu kandi ko ikiziga ciwe ata kimenyetso na kimwe, ata igikomere canke ikintu cerekana yuko yishwe.

Sandrine Josée BAHATI

Sandine Josée BAHATI ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, BAHATI Amenyesha amakuru ajanye n'Amagara (Santé) hamwe n'amakuru ajanye n'Indero (Education) n'ayajanye n'Imibano (Relations). Mwandikire kuri: bjsandrine@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.