#Burundi: Intamba mu rugamba U-23 urutonde rw’abakinyi 31 bagiye kwitegurira Tanzanie bamenyekanye.

Murabo bahamagawe dusangamwo yamazina nyene yari yifashishije mu ntamba zabatarenza imyaka 20.

Umumenyereza w’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23, Joslin Bipfubusa arikumwe nabo bafashanya barashize ahabona amazina y’abakinyi 31 batumyeko kugira ngo baze bitegurire urukino ruzobahuza n’igihugu ca Tanzanie mu ntumbero yo kurondera itike rya CAN U-23 urukino ruzoba  mukwezi Munyonyo. Murabo bahamagawe dusangamwo yamazina nyene yari yifashishije mu ntamba zabatarenza imyaka 20.

Abakinyi batumweko n’imigwi baje bavamwo naba:

1.Rukundo Onésime (Messager Ngozi)
2.Mutombora Fabien (Vipers)
3.Ntibahezwa Dieudonné (Zesco United)
4.Selemani Moustapha( Aigle Noir)
5.Ndoriyobija Eric (Stand United)
6.Muryango Moussa (Vital’o FC)
7.Bigirimana Séraphin( Aigle Noir)
8.Ndizeye Eric (Musongati)
9.Bigirimana Ramadhan (Stand United)
10.Nahimana Ramadhan (Messager Bujumbura)
11.Nahimana Steve (Kayanza United)
12.Ndaye Chancel (Rukinzo)
13.Ndikumana Trésor (Amagaju)
14.Hakizimana Héritier (Aigle Noir)
15.Ndayishimiye Youssouf (Aigle Noir)
16.Muryango Mabano (Aigle Noir)
17.Nshimirimana Jospin (Aigle Noir)
18.Musore Aoron (Musongati)
19.Bayizere Olivier (Messager Ngozi)
20.Ndayiragije Emmanuel (KMC)
21.Mbirizi Eric (Stand United)
22.Bigirimana Abedi (Rukinzo)
23.Kanakimana Bienvenue (Aigle Noir)
24.Ramadhan Pascal (Musongati)
25.Idi Muselemu (Messager Ngozi)
26.Nshimirimana Abasi (Black Bull)
27.Bimenyimana Bonfils Caleb (Rayon Sport)
28.Shaka Bienvenue (Etoile du sahel)
29.Irakoze Saidi (Musongati)
30.Kitenge Alexis (Stand United)
31.Mavugo Cédric (Aigle Noir)

Imyimenyerezo ikaba itegekanijwe kuruyu wa kabiri itariki 23 Gitugutu 2018 kuri CTN ku kibuga kiri muri zone Ngagara.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: