#Burundi: Intamba Murugamba U-23, Ngaba Abakinyi 11 Bazagutangura Mukibuga Murukino Rwakivandimwe Bagiye Gutana Mumitwe Na Messager Ngozi FC.

Intamba murugamba U-23 bagiye gucakirana na Messager Ngozi FC murukino rwakivandimwe kuruyu wa gatatu.

Muntumbero yo kwitegurira neza urukino ruzozihuza n’igihugu ca Tanzania muri kuno kwezi nyene kwa munyonyo mukurondera itike za CAN zabatarenza iyo myaka,  Intamba murugamba zabatarenza imyaka 23 zimenyerezwa na Joslin Bipfubusa bagiye gukina urukino rwakivandimwe n’umugwi wa Messager Ngozi FCkuruyu wa gatatu  igihe c’isaha 16h00  kukibuga Urukundo mu ntara ya Ngozi.

Mubakinyi 11 bazagutangura mu kibuga n’aba bakurikira:

1.RUKUNDO Onesime
2.SELEMANI Mustafa (C)
3.MURYANGO Moussa
4.NAHIMANA Stive
5.NDAYE Chancel
6.NDAYISHIMIYE Yussuf Nyange
7.MURYANGO Mabano
8.MUSORE Aaron
9.KANAKIMANA Bienvenu
10.RAMADHAN Pascal
11.IRAKOZE Saidi

Abazagusubirira abandi nabo naba:

1.KITENGE Ally
2.BIGIRIMANA Séraphin
3.HAKIZIMANA Héritier
4.MUSELEMU Idi
5.NSHIMIRIMANA Jospin
6.MAVUGO Cédric
7.NDIZEYE Eric
8.NDIKUMANA Yamin Selemani (Uyu we nukwimenyereza bisanzwe.)

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko: