#Burundi #CAF: Ngaba 11 b’Uburundi Bazagutangura Mukibuga Murukino Rugiye Kubahuza Na Sudan Du Sud.

Uburundi bugiye gukina runo rukino bufise ikibanza ca 3 n'amanota 6 n'ibitsindo 3.

Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko yashimye gutanguza abakinyi bakurikira murukino rwo kuruyu wa gatanu rwo kurondera itike za CAN 2019, Uburundi bugiye gutana mumitwe na Sudan y’epfo ruzakubera mugisagara ca Juba igihe c’isaha icenda mumasaha ya hano iwacu 15H00.


1.Jonathan Nahimana
2.Nsabiyumva Frederick
3. Ngando Omar
4. Nizigiyimana Karim Makenze (C)
5. Nduwarugira Christophe Lucio
6. Pierrot Kwizera
7. Gael Bigirimana
8. Cedrick Amissi
9. Hussein Shaban Tchabalala
10. Saido Berahino
11. Fiston Abdoul Razaq.

Abasubirira abandi.

1. Ndikumana Justin

2. Shassir Nahimana

3. Moussa Francis Njali

4. Duhayindavyi Gael

5. Ndikumana Yamin Seleman

6. Rashid Léon

7. David Nshimirimana

9. Moussa Omar

Uburundi bugiye gukina runo rukino bufise ikibanza ca 3 n’amanota 6 n’ibitsindo 3 buri mw’itsinda C busangiye n’igihugu ca Mali arico cambere n’amanota 8, Gabon igakurikira mukibanza ca kabiri n’amanota 7 hama mukibanza ca nyuma ni Soudan Du Sud atanota uraronka.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: