#Africa #Egypte2019 #CANU23: Uku Niko Ibihugu Bizosubira Guhura Mugice Gikurikira.

Uburundi buzohura na Congo, Kenya ihure na Soudan.

Ifoto ya Bizos

Inyuma yo kurangiza inkino z’igice ca mbere mukurondera itike yokuja mugikombe c’Afrika ca batarenza imyaka mirongo ibiri n’itatu, CAN-23 kizobera muri Misiri mu mwaka 2019, uko ibihugu bizosubira guhura mugice ca kabiri cizo nkino bimaze kumenyekana ko bazosubira gukina muri Ntwarante 2019 ku magenekerezo ya  20, 23 na 24 nkuko tubisanga kuri site y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika CAF.

Soma Kandi:#Burundi #CANU23: Uburundi U-23 Bwasezereye Tanzania U-23 Buzohura Na Congo U-23 Mugice Gikurikira.

Ibihugu bizohura uku gukurikira:

Angola-Afrique du Sud 
Mozambique-Zimbabwe 
Malawi-Zambie 
Burundi-Congo 
Ghana canke Togo-Gabon 
Guinée Equatoriale-Algérie 
Cameroun-Sierra Leone 
Soudan du Sud-Tunisie 
Niger-Côte d’Ivoire 
Guinée-Sénégal 
Soudan-Kenya 
Libye-Nigeria 
RDC-Maroc 
Ethiopie-Mali

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: