#Burundi #Audio: Amakuru Y’inkino Yo Kuruyu Wa Mbere 03.12.2018.
Aya makuru agucitse uzoba uhovye. Mwayateguriwe na Magaratimes muwashikirizwa na Ismail Kwizera Nahodha.
Umviriza amakuru y’inkiyo aryoshe cane yo kuruyu wa mbere itariki 03 Kigarama 2018 avurwa hano iwacu ndetse no kumugabane w’Afrika no kumugabane wa Buraya ni vyinshi twababwiye sangwa ikaze kuriyo Audio.
0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!
Ivyiyumviro!
Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.