#Burundi: Gitega Umugwa Mukuru wa Poritike.

Abashikiranganji batanu bari muri leta bazoduganwa gukorera aho i Gitega kuva mu ntango z’uno mwaka ugiye gutangura wa 2019.

Leta y’u Burubundi yemeje kuri uyu wa gatanu integuro y’itegeko ishinga intara ya Gitega nko umugwa mukuru wa Politique nayo Bujumbura ukaba umugwa mukuru w’ubutunzi.

Nkuko vyemezwa na Jean Claude KAREGWA NDENZAKO umuvugizi w’umukuru w’igihugu ku rubuga rwiwe  rwa twitter ngo inama nshikiranganji kuva ubu zizobera mu ntara ya Gitega ngo kandi abashikiranganji batanu bari muri leta bazoduganwa gukorera aho i Gitega kuva mu ntango z’uno mwaka ugiye gutangura wa 2019.

Sandrine Josée BAHATI

Sandine Josée BAHATI ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, BAHATI Amenyesha amakuru ajanye n'Amagara (Santé) hamwe n'amakuru ajanye n'Indero (Education) n'ayajanye n'Imibano (Relations). Mwandikire kuri: bjsandrine@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: