#Europe #Audio: Amakuru Y’inkino Yo Kuruyu Wa Gatanu Itariki 28 Kigarama 2018.

Luka Modric ngo yanse kwongereza amasezerano muri Real Madrid.

Umviriza Amakuru y’inkino yo kuruyu wa gatanu, itariki 28 Kigarama 2018 avurwa gusa kumugabane wa buraya. Ayo nayo agizwe na zino ngingo zikurikira:

-Emery Unai ngo yari hafi yokugura Mohamed Salah igihe yamenyereza Paris St Germain nigiki cabuze kugira ngo amugure?

-Luka Modric ngo yanse kwongereza amasezerano muri Real Madrid.

-Luka Modric ngo yanse kwongereza amasezerano muri Real Madrid.

-Luka Modric ngo yanse kwongereza amasezerano muri Real Madrid

Ayo nayandi menshi ikaze kuriyi Audio.

Ismail Kwizera Nahodha

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: