#Burundi #CoupeDuPrésident : Uku Niko Imigwi Yatsindanye Mû Gikombe Citiriwe Umukuru W’igihugu.

Imigwi yakinye kuri uyu wa kane yatsindanye  uku gukurikira.

Kuva kuri uyu wa kane inkino z’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu (Coupe Du Président) zaratanguye icese mu ntara zibiri Gitega na Bujumbura niho zatanguriye. Imigwi yakinye kuri uyu wa kane yatsindanye  uku gukurikira ;

 Royal FC 4-0 Nyabitsinda FC de Ruyigi (Stade Ingoma de Gitega).

Flambeau De L’est  7-0 Béthanie de Gitega (Stade Ingoma de Gitega)

Les Jeunes Athletics 3-0 Pneu FC de Mubimbi (Stade Prince Louis Rwagasore)

Les Lierres FC 1-1 Aigle Noir Mairie: Pénalty 2-1(Stade Prince Louis Rwagasore).

Izo nkino zikaba zibandanya no kuri uyu wa gatanu itari 04 nzero 2018.

13h00 Stade Ingoma de Gitega: Athletico Olympic vs Mamba Vert de Karusi

15h30 Stade Ingoma de Gitega : Olympic Star vs Intaramyi de Kinyinya.

13h00 Stade Prince Louis Rwagasore : Bumamuru FC vs Academie Umutima.

15h30 Stade Prince Louis Rwagasore : Bujumbura City vs Mapenzi FC de Mutimbuzi.

Izonkino nyene zigikombe kigira 10 citiriwe umukuru w’igihugu zikaba zizokinwa no kuri uyu wa gatandatu no kuri uyu w’Imana.

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: