#Burundi #CoupeDuPrésident: Uku Niko Inkino Zakinywe Kuri Uyu Wagatanu Zagenze Hamwe N’izindi Zitegekanijwe Kuri Uyu Wagatandatu

Inkino zine nizo zasubiriye gukinwa kuri uyu wa gatanu hariya i Gitega zi biri ndetse no mugisagara ca Bujumbura harabaye izindi zi biri.

Inkino z’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu kigira 10 mu mateka yaco zirabandanya inyuma yo kuba zarizaratanguye icese kuva kuri uyu wa kane itariki 03 Nzero 2019. Inkino zine nizo zasubiriye gukinwa kuri uyu wa gatanu hariya i Gitega zi biri ndetse no mugisagara ca Bujumbura harabaye izindi zi biri.

Uko imigwi yatsindanye kuri uyu wa gatanu itariki 04 Nzero 2019:

Athletico Olympic FC 3-1 Mamba Vert FC de Karusi
Bujumbura City 10-0 Mapenzi de Mutimbuzi FC
Olympic Star FC 13-0 Intaravyi de kinyinya FC
Bumamuru FC 1-0 Academy Umutima FC de Cibitoke

Izakinywe kuri uyu wa kane itariki 03 Nzero 2019:

Royal FC 4-0 Nyabitsinda FC de Ruyigi (Stade Ingoma de Gitega).

Flambeau De L’est  7-0 Béthanie de Gitega (Stade Ingoma de Gitega)

Les Jeunes Athletics 3-0 Pneu FC de Mubimbi (Stade Prince Louis Rwagasore)

Les Lierres FC 1-1 Aigle Noir Mairie: Pénalty 2-1(Stade Prince Louis Rwagasore).

Izigiye gukinwa kuri uyu wa gatandatu itariki 05 Nzero 2019.

Ngozi City vs Jesca Régina Mundi : (Stade Ingoma): 13h00′
Inter Star vs Messager Gishubi : (Stade Ingoma): 15h30′
Busoni Star vs Malaika Fc Karusi : (Stade Umuco) : 13h00′
Kayanza United vs Fredom FC de Gisuru (Stade Umuco): 15h30′
Les Crocos de Rumonge vs Zébre de Gitega : (Stade PLR): 13h00′
LLBS4A vs Unité des Jeunes Rumonge : PLR : 15h30′
Delta Star de Gatumba vs Cenga Boys FC Rutana : (Stade Ivyizigiro): 13h00′
BS.Dynamik vs New Force de Makamba : (Stade Ivyizigiro): 15h30′
Aigle Noir Makamba vs Libellules FC de Cankuzo : (Stade Urumuri): 15h00′
Volontaire vs Santé FC Ngozi : (Muramvya) : 15h00′
Muzinga FC vs Ouragan de Kayanza : Urukundo : 15h00′
Rumonge City vs Tamura FC Ruyigi : Sosumo : 15h00′

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: