#Burundi: Amanota Aha Uburenganzira Abanyeshure Kuja Muri Kaminuza Amenyeshwa Kuri Uyu Wa Kane.
Pacelli IZONKIZA akanavuga kandi ko abobona utunenge dutoduto twobamwo ko bokwihuta kutumenyesha kugira ngo hategurwe icegeranyo ntabanduka.
Kuri uyu wa kane niho haza kumenyeshwa icese amanota ya nyuma abanyeshure baronse muri ca kibazo ca leta gitanga uburenganzira bwo kuja muri kaminuza
Nkuko bimenyeshwa n’icegera c’uwurongoye umurwi ugitegura, Pacelli IZONKIZA mu gisagara ca Bujumbura, amanota aza kumanikwa kw’ishure ETS yahoze ari Athénée primaire.
Pacelli IZONKIZA akanavuga kandi ko abobona utunenge dutoduto twobamwo ko bokwihuta kutumenyesha kugira ngo hategurwe icegeranyo ntabanduka.
0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!
Ivyiyumviro!
Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.