#Burundi: Uku Niko Imigwi Yatsindanye Mugice c’Umunani Mugikombe Citiriwe Umukuru w’Igihugu Hamwe n’Ukuntu Zizoca Zihura Mugice Ca Kane.

Musongati FC nawo usezerera umukeba wayo wibihe vyose Flambeau Du Centre kuntsinzi y'ibitsindo bibiri kuri kubusa (2-0).

Mumpera zino ndwi inkino zigikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu Zarabandanije aho zari zigeze mugice c’umunani gishira icanyuma. Inter Star umugwi wo mucicaro ca mbere wasezereye Bujumbura City wo mucicaro ca mbere kugitsindo kimwe ku busa (1-0). Musongati FC nawo usezerera umukeba wayo wibihe vyose Flambeau Du Centre kuntsinzi y’ibitsindo bibiri kuri kubusa (2-0).

Kuri uyu w’Imana.

Kayanza United 0-0 Messager Bujumbura (Penalty 3-1 en faveur de Kayanza United)

Musongati FC 2-0 Flambeau Du Centre.

Top Junior 1-2 Ngozi City.

Kuri uyu wagatandatu.

MessageNgozi 1-0 Flambeau De L’est.

Les lierres FC 0-3 Lydia Ludic Burundi Sport 4 Africa.

AigleNoir 4-1 Lumière De Mwumba

RukinzoFC 1-0 Sosumo sugar.

Bujumbura City 0-1 Inter Star

Ikirangaminsi c’inkino zigice ca kane gishira icanyuma.

-Musongati vs Ngozi City
-Aigle Noir vs LLB
-Messager Ngozi vs Inter Stars
-Rukinzo vs Kayanza United

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: