#Burundi : Ikirangaminsi C’inkino Z’igikombe Citiriwe Umukuru W’igihugu.

Izo nkino zose zizoba itariki 04 Ndamukiza uyu mwaka nyene kubibuga bitandukanye vya hano iwacu.

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, FFB kuva kuri uyu wa gatanu ryarashize ahabona amatariki hamwe n’ibibuga inkino z’igice ca kane gishira icanyuma mugikombe citiriwe umukuru w’igihugu zizokinirwako.

Izo nkino zose zizoba itariki 04 Ndamukiza uyu mwaka nyene kubibuga bitandukanye vya hano iwacu.

15H00 Stade Umuco (Muyinga) : Aigle Noir vs Lydia Ludic

15H00 Stade Ingoma  (Gitega) : Inter Star vs Messager Ngozi FC

15H00 Stade Prince Louis Rwagasore : Ngozi City vs Musonagti FC.

15H00 Stade Urumuri (Ruyigi) : Rukinzo FC VS Kayanza United.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: