« Cristiano Ronaldo n’Umwimanyi Gusumba Lionel Messi ».

CR7 n'umwimanyi mugihe atsinze ajakuryohererwa igitsindo wenyene agashaka ko abandi bakinyi aribo  bamwirukako inyuma.

Chistioano Ronaldo  n’umwimanyi gusumba Lionel Messi.  Ivyo bivurwa n’uwahoze arongoye umurwi wa Manchester United, Martin Edwards yabivugiye mukiganiro yahaye ikinyamakuri Gazzatta Dello Sports.

Mukiganiro yahaye ico kinyamakuru baramusavye kugereranya  Messi na  Ronaldo uyo mugabo yagize uku gukurikira:

« Kugereranya CR7 na Messi? Messi afise umutima wogufashanya n’abandi ivyo bibonekera mugihe agiye kuryohererwa igitsindo aryoherwa yiruka kuri bagenziwe. CR7 n’umwimanyi mugihe atsinze ajakuryohererwa igitsindo wenyene agashaka ko abandi bakinyi aribo  bamwirukako inyuma ».

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: