GRAMAN Niryo Shirahamwe Rizokwambika Uburundi Muri CAN 2019.

Imyambaro yemewe y'abakunzi b'intamba mu rugamba igera ku 10,000 niyo ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ritegekanya ku banywanyi b'intamba.

Mugihe Uburundi buherutse kwambikwa n’Ishirahamwe rya Nike kubera Saido Berahino ariryo asanzwe afitaniye amasezerano  ubuho Intamba Murugamba  mu nkino z’igikombe c’Afrika muri Misiri zizokwambikwa nirindi shirahamwe ryitwa GRAMAN ry’Abatariyano nkuko vyamenyeshejwe n’uwusanzwe arongoye ishirahamwe ry’ubumpira wa maguru mu Burundi, FFB, Reverien Ndikuriyo abicishije kuri Facebook yiwe aho yamenyesheje  kandi ko iryo shirahamwe nyene rizokorera abakunzi b’Intamba imyambaro ishika ku bihumbi icumi (10.000).

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, ryagomba kumenyesha ko muri izo nkino eka mbere n’ inkino zigiye gukurikira rizokorana n’ishirahamwe ry’abataliano ryitwa GARMAN mu kwambika umurwi nserukiragihugu hamwe n’ abakunzi b’umurwi nserukiragihugu INTAMBA MU RUGAMBA.

Imyambaro yemewe y’abakunzi b’intamba mu rugamba igera ku 10,000 niyo ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ritegekanya ku banywanyi b’intamba.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: