Burundi: Ikirangaminsi c’Intamba Murugamba Mw’Itsinda B.

Urukino rwayo rwa mbere Intamba zizotana mu mitwe n'Igihugu ca Nigeria itariki 22 Ruheshi 2019.

Inkino z’igikombe gihuza imirwi nserukira gihugu c’Afrika zizotangura itariki 21 Ruheshi zikazorangira itariki 19 Mukakaro uyu mwaka. Uburundi buri mw’itsinda rya B hamwe n’Ibihugu nka Nigeria, Guinnée Conakry na Madagascar ivyo bihugu vyose bizoba bicumbitse mugisagara ca Alexadria kiretse urukino rumwe rwanyuma ariho Uburundi buzorukinira mugisagara ca Al Salam rukazozihuza na Guinnée. Urukino rwayo rwa mbere Intamba zizotana mu mitwe n’Igihugu ca Nigeria itariki 22 Ruheshi 2019.

Inkino za mbere ziryo tsinda rya B zitangura itariki 22 Ruheshi 2019.

Le 22-06-2019

19h00′: Nigeria Vs Burundi (Alexadria)

22h00′: Guinea Vs Madagascar (Alexadria)

 

Le 26-06-2019

16h30′: Nigeria Vs Guinea (Alexadria)

16h30′: Madagascar Vs Burundi (Alexadria)

 

Le 30-06-2019

18h00′: Madagascar Vs Nigeria (Alexadria)

18h00′: Burundi Vs Guinea (Al Salam)

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: