#Burundi: Saido Berahino We Ntiyemera Ko Papy Faty Yitavye Umuremyi.

Berahino Yipfurije Papy Faty kuruhuka mu mahoro.

Umusatirizi w’Intamba Murugamba na Stoke City yo mu Bwongereza, Saido Berahino ntiyemera ko Papy Faty yitavye Umuremyi ariko agasabira ku Mana mugenziwe kuruhuka amahoro ivyo akaba yabicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram.

« Sindavyemera gushika nubu. Ryari iteka gukinana nawe mu Ntamba no kuwuronsa itike kuncuro ya mbere mu mateka y’Uburundi muri CAN. Ntuzokwibagiranwa. Uruhuke mu mahoro ».

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: