Real Madrid Isabwa Kurekura Imiriyoni 140M€ ?

Paul Pogba akaba yaraguzwe na Manchester United muri 2016 imiriyoni 105M€ za manyaburaya.

Mugihe Paul Pogba abandanya yipfuzwa n’umurwi wa Real Madrid wo muri Espagne umenyerezwa na Zinedine Zidane kugira ngo unagure urutonde rwayo mu mwaka uza. Umurwi wa Manchester United uyo mu Faransa asanzwe akinamwo bivurwako  ko wipfuza akayabo kamafaranga angana n’imiriyo 140 za manyaburaya kugira ngo umurekure.

Ikinyamakuru Daily Mail co mu Bwongereza kivugako, Manchester United izosaba ayo mafaranga nyene muci riza kugira ngo irekure uyu mukinyi wakera wa Juventus.

Paul Pogba akaba yaraguzwe na Manchester United muri 2016 imiriyoni 105M€ za manyaburaya.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: