Real Madrid : CR7 Yama Areshwa Ngo Agaruke i Madrid!

NUbwo biruko Ronaldo ntazova muri Juventus agaruka muri Real Madrid nkuko aherutse kubishikiriza ko azokwigumira muri Juventus ibice 1000%100.

Chistiano Ronaldo w’imyaka 34 yagurishijwe na Real Madrid mû mwaka uheze yerekeza muri Juventus avugako atazokwibagira ivyo Madrid yamuhaye kandi ko urukundo rwiwe ruzoguma ruhari kuri uyo umurwi wa Los Blancos akavuga kandi ko aryohererwa n’amajambo yabakunzi buyo murwi bamusaba kugaruka.

« Madrid yamampaye ibikwiye kabisa vyogenda gute nkawibagira? Abanya Espagne banye bamfata neza. Nagiye muri Juventus bakinshaka kandi ndazi ko abanya Madrid bankunda. Barabizi ko nabahaye ibikombe vyose. Abantu barakunda kumbwira mw’ibarabara bakoma induru bansaba Kugaruka muhira, bamwirako ko i Madrid ari inzu yanje. Biraryohera iyo bambwiye ivyo ». Ivyo akaba yabishikirije mukiganiro yahaye  ICON, gikorana na  El Pais.

NUbwo biruko Ronaldo ntazova muri Juventus agaruka muri Real Madrid nkuko aherutse kubishikiriza ko azokwigumira muri Juventus ibice 1000%100.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares