Burundi: Imirwi Itatu Yakorotse Icicaro Muri Primus Ligue Yagiye Ahabona.

Impamvu zatumya Lydia Ludic iguma mu cicaro ca mbere hama Flambeau De l'Est na Athletico Olympic arizo ziherekeza Messager Bujumbura baza kuzimenyesha hanyuma.

Inyuma yaho umurwi nshingwa bikorwa (Comité Exécutif) mw’Ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi, FFB wihweje raporo y’igisata kijejwe amahiganwa. Umurwi nshingwa bikorwa waciye usohora urutonde rwanyuma rwa Primus Ligue Burundi.  Imirwi Itatu ariyo Atletico Olympic, Flambeau de l’Est na Messager Bujumbura niyo yakorotse icicaro iva muri Primus Ligue ija muri Ligue B.

Ivyo bika bije gushirwa ahabona mugihe hari hamaze iminsi hari ikibazo co kumenya hagati ya LLB, Flambeau De L’est na Athletico Olympic yanganya amota 33 hategerezwa kumenyekana  imirwi ibiri muriyo itatu yari kwifadikanya na Messager Bujumbura mugukoroka icicaro. Muri FFB nkuko tubisoma kuri Twitter yabo bamenyeshejeko impamvu zatumya Lydia Ludic iguma mu cicaro ca mbere hama Flambeau De l’Est na Athletico Olympic arizo ziherekeza Messager Bujumbura baza kuzimenyesha hanyuma.

  • 39
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    39
    Shares
  •  
    39
    Shares
  • 39
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.