7.9 NGD Ads:

#Burundi: Ishirahamwe Mpuzamakungu Rijejwe Gutoza Amakori Rimenyesha Yuko Ryiteguye Gukorana na OBR.

Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe gutoza amakori rimenyesha ko ryiteguye gukorana n’ikigo gitoza amakori mu burundi OBR mu ntumbero yo gufasha uko ico kigo gisanzwe gikora. Ivyo vyashikirijwe na kunio MIRUKIYA umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe gutoza amakori. Hari kuri uyu wa kabiri mu gihe yarahejeje kwakirwa m’umubonano n’umushikirtnanganji w’ubutunzi.

kunio MIRUKIYA asaba leta y’uburundi gushiraho amategeko akuraho ubusumbasumbane no kworohereza mu vyo gutoza amakori.

 

7.3 MTM Ads:

About Sandrine Josée BAHATI

Sandine Josée BAHATI ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, BAHATI Amenyesha amakuru ajanye n'Amagara (Santé) hamwe n'amakuru ajanye n'Indero (Education) n'ayajanye n'Imibano (Relations). Mwandikire kuri: bjsandrine@magaratimes.com

Check Also

Igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu: Inkino zigice ca kabiri.

Umurwi wa Bumamuru FC usanzwe ufise igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu co mu mwaka uheze uzotana …

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii.

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii. Ubwo n’ubutumwa bwo gukeza umurwi wa Magara Young Boys buhejeje …

7.2 NGD Ads: