Burundi: Ururonde rw’Abakinyi 28 b’Intamba Murugamba Bagiye Kwitegurira CAN 2019 Bahejeje Gushirwa Ahabona.

Muri runo rutonde dusangamwo abakinyi bashika kure batatu tutari tumenyereye cane.

Urutonde rw’abakinyi 28 b’Intamaba Murugamba bagiye kwitegurira CAN 2019 izobera muri Misiri bahejeje gushirwa ahabona n’umumenyereza AlAIN Olivier Niyungeko batazira « Mutombora ». Muri runo rutonde dusangamwo abakinyi bashika kure batatu tutari tumenyereye cane. nka BEMBO Leta Joel yahora akinira umurwi wa  Bangor City wo muri Pays de Galles, DELANYS Valentin Adelin asazwe akinira umurwi wo mucicaro ca gatatu mugihugu c’Ubufaransa mu murwi wa Tarbes Pyrénées FC  hamwe na Elvis Kamusoba asanzwe akinira umurwi wa  Melbourne Victory mu gihuigu ca Austalie.

1. NAHIMANA Jonathan
2. NDIKUMANA Justin
3. ARAKAZA Mac Arthur
4. RUKUNDO Onésime
5. Moussa Omar
6. NDUWARUGIRA Christophe
7. NIZIGIYIMANA Abdoul Karim
8. HARERIMANA Rachid Léon
9. NSABIYUMVA Frédéric
10. NGANDO Omar
11. NSHIMIRIMANA David
12. DELANYS Valentin Adelin
13. BEMBO Leta Joel
14. KWIZERA Pierre
15. BIGIRIMANA Gaël
16. NDAYISHIMIYE Youssouf
17. DUHAYINDAVYI Gaël
18. NAHIMANA Shassiri
19. SABUMUKAMA Enock
20. SHABANI Hussein
21. AMISSI Mohammed
22. NDIKUMANA Yamini Selemani
23. AMISSI Cédric
24. MUSTAFA Francis
25. BERAHINO Saido
26. Abdoul Fiston
27. MAVUGO Laudit
28. KAMSOBA Elvis

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: