#Burundi #Basketball: Urunani na Les Gazelles zatanguye ihiganwa neza.

Dynamo isanzwe ariyo afise igikombe yatahukanye mû mwaka uheze yatsinzwe n'umukeba wabo Urunani rubarushije amanota 12 (47-35). Kuruhande rwabigeme naho Les Gazelles yatsinze umurwi wa Aigles noirs bigoranye cane, ubarushije amanota 2 rugusa (46-44).

Ihiganwa ry’umupira wamaboko mugisagara ca Bujumbura mumpera zino ndwi ryaratanguye icese kuruhande rw’abagabo nokuruhande rw’abigeme. Dynamo isanzwe ariyo afise igikombe yatahukanye mû mwaka uheze yatsinzwe n’umukeba wabo Urunani rubarushije amanota 12 (47-35). Kuruhande rwabigeme naho Les Gazelles yatsinze umurwi wa Aigles noirs bigoranye cane, ubarushije amanota 2 rugusa (46-44).

Muri rusangi uku niko imirwi yatsindanye kuruhande rwabagabo:

Mutanga United 42-89 Les Hyppos
Kern 93-88 Muzinga
New Stars 77-83 Gymkhana
Urunani 47-35 Dynamo

Uku niko imirwi yatsindanye kuruhande rwabigeme:

Aigles Noires 44-46 Les Gazelles
Berco Star 46-39 Young Sisters

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: