#Burundi #BeachSoccer: Uku niko imirwi yatsindanye mundwi ya kabiri kumupira ukinirwa kumusenyi.

Inkino zitegekanijwe mu ndwi gatatu ya Beach Soccer ku kibuga ciririwe Safi Beach gitumbereye mugisagara ca Bujumbura kungengera z’ikiyaga Tanganyika impande y'ikivuko ca Bujumbura.

Ihiganwa ry’umupira wa Maguru ukunirwa kumusenyi ryarabandanije mu mpera zino ndwi, hakinywe inkino 5, zibiri kuri uyu wa gatandatu nizindi zitatu zakinywe kuri uyu w’Imana w’indwi iheze.

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 1/06/2019:
Mikimba Karera Beach 5-4 Les Elites.
Africa Sport 12-7 Muro Suppliers

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2/06/2019.

Kanyosha Beach 2-0 Bunge FC.
Indundi Beach 8-7 Saga Sable BS.
Bibamba Beach 6-4 Azam FC.

Inkino zitegekanijwe mu ndwi gatatu ya Beach Soccer ku kibuga ciririwe « Safi Beach » gitumbereye mugisagara ca Bujumbura kungengera z’ikiyaga Tanganyika impande y’ikivuko ca Bujumbura.

Kuwa gatandatu igenekerezo 08/06/2019 :

15h30 : Les Elites Beach vs Bunge FC.

16h30 : Africa Sport vs Azam FC.

Ku munsi w’Imana igenekerezo 09/06/2019 :

07h30 : Mikimba Karera Beach vs Bibamba Beach

08h45 : Muro Suppliers vs Saga Sable FC

10h00 : Kanyosha Beach vs Indundi Beach FC.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: