#Juventus: Inkuru nziza kuri Cristiano Ronaldo.

Umugore yahora yitwarira Ronaldo ko yamufashe kunguvu yahavue ahagarika kubushake bwiwe uyo munya Portugal.

Inkuru nziza kuri Christiano Ronaldo umusatirizi wa Juventus, w’imyaka 34 yatsindiye uyo murwi ibitsindo 28 mu nkino 43 zose yawukiniye. Mugihe yahora yagirizwa gufata kunguvu umugore w’umunyamerika kazi hari 2009 mugisagara ca Las Vegas, uyo munya Portugal ntiyo bandanya agira ubwoba kurivyo yagirizwa nkuko ikinyamakuru Bloomberg kibivuga.

Ico kinyamakuru gisigura ko uyo mugore yahora yitwarira CR7 yahavuye abivamwo. Ico kinyamakuru nyene kibandanya kivuga ko uyo mugore yakuyemwo akarenge kuriyo dosiye kubushake bwiwe kuva mu kwezi guheze aho yasavye abacamaza bo mukarere ka Nevada mugisagara ca Las Vegas ko yahagaritse gukurikira uyo mukinyi wa kera wa Real Madrid.

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: